Mu Burundi, haracari agahaze mu kurwanya amabi ashingiye ku gitsina.Kongo yagirije u Rwanda kurungika abanyagihugu barwo kuba mu bice M23 iriko irigarurira. U Rwanda ntaco rurabivugako. Ibitigiri vy'abantu barwaye Malariya kw'isi vyariyongeye mu mwaka w'i 2023.