Prezida wa Amerika Joe Biden ari mu rugendo rw'akazi muri Angola.Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana yanse kwitabira iburanishwa ryiwe.Mu Burundi, amashamba yavuye ku bice 40% vy’uburinganire bugize ubutaka bw’Uburundi mu myaka y’1990, aja kubice biri munsi ya 20% muri kino gihe.
Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 03, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast