Mu Rwanda, Abantu 9 bandura virusi itera Sida ku munsi ku munsi, igahitana 7. Mu Burundi, umurwi w’Urunani uri mu nzira nziza iwuganisha mu mahiganwa ya BAL. Waraye uhejeje inkino z’imirwi uri mu kibanza ca mbere. Donald Trump abandanya gushira ahabona abo yipfuza kuzoshira mu mabanga atandukanye.
Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 02, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast