Abarundi bahungiye mw'ikambi ya Mulongwe iri muri Kongo babangamiwe n'ikiza ca Kolera. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa vyaduze cane. Ubumwe bwa Buraya bwemereye u Rwanda imiriyoni 20 z'amayero yo gufasha abasirikare barwo bari muri Mozambike kurwanya iterabwoba.
Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 20, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast