Abajejwe umutekano mu Rwanda bemeza ko abasirikare bikekwa ko ari aba Kongo binjiye ku butaka bwabo biba inka z’abanyagihugu. Abakobwa b’abarundikazi bahunze batwara inda batarakwiza imyaka yo kubaka babandanya kwiyongera. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy’inkende.
Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 18, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast