Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Prezida wa Amerika Joe Biden azokwakira Donald Trump ku wa gatatu. ONU itangaza ko hafi 70 ku ijana vy’abamaze guhitanwa n’intambara yo muri Gaza ari abagore n’abana.
Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 11, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast