Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 21, 2024
Oct 21, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Tanzaniya, ubutegetsi bwagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe. Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 21, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast