Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 16, 2024
Oct 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Uburundi bufise ikibazo c'abana baja gucuruzwa muri Tanzaniya. HRW yagiriza u Rwanda guhohotera abanyororo. Amerika yategetse Isirayeri gutanga agahengwe muri Gaza bitagenze uko, igabisha ko Isirayeri izotakaza imfashanyo zose za gisirikare iha ico gihugu kibandanya kurwana n’umurwi wa Hamas. Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 16, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast