Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 08, 2024
Oct 08, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Rwanda: Bamwe mu banyagihugu bababajwe n’urupfu rw’umwana w’imyaka 13, bemeza ko yishywe n’abapolisi
Burundi: bamwe mu ntara ya Cankuzo bavuga ko kubaka ingo baciye imbere y’amategeko bikiri kure
Uburusiya bwakatiye Umunyamerika w'imyaka 72 gufungwa imyaka indwi yagirizwa "kurwana muri Ukraine."