Amakuru mu Gitondo - Nzeli 27, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Nzeli 27, 2024

Sep 27, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Impunzi z’abanyeshuri b’Abanyekongo zari mu nkambi y’agateganyo ya Nkamira mu Rwanda, zimuriwe mu nkambi ya Mahama.Tukivuga ku vy’impunzi, Tanzaniya yahevye umugambi wayo wo kwirukana ku nguvu impunzi z’Abarundi zitipfuza gutahuka. Oxfam isaba guca ubusumbane bukabije mu bantu no hagati y'ibihugu