Amakuru mu Gitondo - Nzeli 24, 2024
Sep 24, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Raporo y’abadepite mu Burundi yerekanye ko imishahara y’abakozi ba leta itunganywa n’abanyamahanga bari hanze y’igihugu
Guverinoma ya Repubulika ya demokarasi yarekuye imfungwa 1685
Muri Sudani Kolera imaze guhitana abantu 390
Perezida wa Ukraine avuga ko yatunganije umugambi wo gutsinda intambara