Amakuru mu Gitondo - Kanama 23, 2024
Aug 23, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Inama rukokoma y’Abademokrate yari imaze iminsi ine ibera mu gisagara ca Chicago co muri Reta ya Illinois yaraye iheze. Visi prezida wa Amerika Kamala Harris yashikirije ijambo. Mu Burundi abanduye ibihara vy'ibkende barenze 170.