Amakuru mu Gitondo  - Gicurasi 14, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Gicurasi 14, 2024

May 14, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, urukiko rwemeje kugumisha muri gereza umunyamakuru Sandra Muhoza umaze ukwezi afunzwe. Ikibazo cy'igitoro gikomeje kuba ingorabahizi mu Burundi. Mu Rwanda, Wenceslas Twagirayezu uherutse kugirwa umwere n’inkiko ku byaha bya jenoside yasubiye mu nkiko nyuma yuko ubushinjacyaha bujuriye.