Amakuru mu Gitondo - Mata 28, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Mata 28, 2024

Apr 28, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Irlande yemeza ko amasezerano y'u Rwanda n'Ubwongereza ariko atuma abimukira binjira ku butaka bwayo baba benshi. U Rwanda ruhakana ivyagiriji vya DRC muri Dosiye y'amabuye y'agaciro Apple ya Amerika ikoresha. RSF na CPJ batabariza Umumenyeshamakuru Muhoza w'Umurundikazi.