Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 11, 2024
Feb 11, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Abarimu bo mu mashure y'intango n'ayisumbuye barenga 1500 mu Burundi ntibaronkejwe umushahara wabo w'ukwezi kwa mbere 2024.
RDC: Umushikiranganji ajejwe igisirikare ca Kongo, Jean-pierre Bemba, yaragendeye ingabo ziri ku rugamba mu burasirazuba bw’igihugu.