Amakuru mu Gitondo - Mutarama 10, 2024
Jan 10, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Reta ya Malawi igiye kurungika urwaruka rwayo muri Isirayeli gukorayo ibikorwa vy’uburimyi, mu gihe iki gihugu kiri mu ntambara gihanganyemo na Hamas. Zambiya yasohoye itegeko riha abanyagihugu uburenganzira bwo kuronswa amakuru ajanye n’ingene reta ikora.