Amakuru mu Gitondo - Mutarama 04, 2024
Jan 04, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Burundi bamwe mu bakundana bahuje igitsina bafite ubwoba ku buzima bwabo. Muri Kongo abatavuga rumwe na Perezida Tshisekedi barahamagarira rubanda kumurwanya. Muri Irani abantu barenga ijana baguye mu gitero leta yise iterabwoba.