Muri Kongo, benshi mu banyagihugu bari barahungiye mu makambi y’abateshejwe izab ari I Goma baratahutse. Aha muri Amerika, umuntu umwe mu bagera ku 120 bamaze kumenyekana ko banduye ingwara y’agasama yitavye Imana. Perezida Donald Trump yaraye akoranije inama ya mbere y’abashikiranganji bose.
Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 27, 2025 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast