Amakuru y'uno munsi aza gushimikira ku mutekano wa Kongo: Bamwe mu bategetsi ba Kongo n'ingabo z'ico gihugu bahunze igisagara ca Bukavu. Ababa i Bukavu bavuga ko umwanya umwe bumva amasasu, uwundi bakumva hatekanye. Ubumwe bwa Buraya bwiteguriye gufatira ibihano u Rwanda ku mvo z'umutekano wa Kongo.
Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 16, 2025 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast