Urudandazwa hagati y’Uburundi na Kongo, rwarahagaze kubera ikibazo c’umutekano muke. Kongo yipfuza gukorana na Amerika amasezerano mu vy'ubutare n’amabuye y’agaciro, nayo ikayifasha gucungera umutekano. Amerika yafuse burundu ibice 83% vy’imigambi y'iteramabere yakorera mu mahanga.
Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 10, 2025 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast