Itsinda ry'abepiskopi Katorika n'abayobozi b'amadini y'abaprotestanti bo muri Kongo bakoranye ibiganiro n'abayobozi ba M23. Umukuru wa Reta ya Kiyisilamu yaguye mu bitero vy'indege z'Intambara za Amerika muri Somaliya. Siriya iri mu myiteguro yo gushirao reta nshasha mu kwezi kwa gatatu.
Amakuru ku Mugoroba - Gashyantare 12, 2025 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast