Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 12, 2024
Dec 12, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Urwego IRMCT ruvuga ko abantu byibura igihumbi bakekwaho ibyaha bya jenoside yabaye mu Rwanda muri 1994 batarafatwa. Ikinyamakuru Time cyagize perezida watowe Donald Trump “Umuntu w’Umwaka” w’2024. Ingabo za Mali n’abacanshuro b’umurwi wa Wagner w'Abarusiya vyagirizwa kwica abasivili ubusa. Amakuru ku Mugoroba - Ukuboza 12, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast