Amakuru ku Mugoroba   - Ugushyingo 29, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 29, 2024

Nov 29, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Imiryango irenga 700 yahora ifise amazu mu micungararo y’ahari ibiro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi ntigira aho ikika umusaya.Muri Kongo, ibihumbi by'Abanyagihugu bahunze intambara ikomeye hagati y'ingabo za leta n’abarwanyi ba Twirwaneho muri Teritware ya Mwenga, intara ya Kivu y’epfo.