Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 26, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 26, 2024

Nov 26, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Umurwi wa RED Tabara wemeza ko wishe abasirikare icyenda ba Leta. Uburundi burabihakana. Abarimyi bo mu ntara ya Cankuzo bijukiye kurima igiterwa c'amavoka. Abanyagihugu bo mu burasirazuba bwa Kongo biyamiriza amajambo aherutswe kuvugwa n’umushikiranganji ajejwe ubutungane muri ico gihugu.