Ibiciro vy'ivyankenerwa mu Burundi vyaraduze cane Hari ivyaduze 100%. Ubumwe bwa Buraya bwongeye u Rwanda inkunga ku basirikare barwo bari muri Mozambike. Mu ntambara yo muri Ukraine, perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, avuga ko ashobora gukoresha intwaro za kirimbuzi bibaye ngombwa.
Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 19, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast