Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 14, 2024
Nov 14, 2024•29 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Rwanda, bamwe mu bigeze gufungirwa mu mabohero atadukanye bemeza ko bakorewe ihohoterwa ririmwo ibikorwa bita ibiterasoni. RSF iramagana ibihano vyafatiwe umumenyeshamakuru Sandra Muhoza.I Paris umutekano wakajijwe cane kubera umukino uza guhuza ekipe y’ico gihugu n’iya Isirayeri. Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 14, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast