Umurundikazi yakora Koweti iheruka kwirukana ku nguvu yisanze muri Benin aho gusubizwa mu Burundi. Urunani rw'abatavuga rumwe na Reta rwatsinze amatora mu birwa vya Morise. Ibihugu 13 biza imbere mu birungika ivyuka vyinshi mu kirere ntivyitabiriye inama ngarukamwaka y'ihindaguruka ry'ibihe.
Amakuru ku Mugoroba - Ugushyingo 12, 2024 | Amakuru ku Mugoroba - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast