Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 02, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nzeli 02, 2024

Sep 02, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Kongo yashinguranye iteka ibisigarira vy'impunzi 200 zazize intambara, inzara n’imyuzure. Nijeriya yagirije abantu 10 ivyaha vyo guhemukira igihugu. Abategetsi batandukanye bo muri Afurika bari mu Bushinwa mu nama yo kuraba ingene imigenderanire y’ico gihugu n’umugabane wa Afurika itezwa imbere