Amakuru ku Mugoroba - Kanama 29, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Kanama 29, 2024

Aug 29, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Rwanda, umuryango w’uwitwa Uzziel Ntakirutimana aba mu murenge wa Remera, mu karere ka Rutsiro ushaka kumenya irengero rye. Abahitanywe n’Imvura y’isegenya imaze indwi zibiri irwa muri Nijeriya, barenze 175. Uburusiya bwashize Abanyamerika 92 ku rutonde rw’abantu batemerewe kuja muri ico gihugu.