Amakuru ku Mugoroba - Kanama 26, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Kanama 26, 2024

Aug 26, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi abanyagihugu b’iBujumbura bugarijwe n’ikena ry’amazi meza. Tanzaniya ipfunze impunzi z’Abarundi zirenga 70. Ubushinwa bwiyamye Amerika ku bihano iheruka ku bufatira Irani yagabishije ko ibwirizwa kwihora Isirayeri kw’iyicwa ry’indongozi w’igisata ca politike mu murwi wa Hamas