Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 09, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 09, 2024

Jul 09, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

ONU ifise impungenge ko intambara hagati ya M23 na Kongo ishobora gukwira mu karere kose ka Afurika y'ubuseruko. Muri Amerika hashizweho ibiro vy'itora 17 mu rwego rwo korohereza abanyarwanda bahaba kuzotora. Umunyagihugu wa Uganda yagirijwe gukorana n'abarwanyi biyitirira idini rya Isiramu