Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 08, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Nyakanga 08, 2024

Jul 08, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Ku wa Mungu U Rwanda ruzokwinjira mu matora rusangi, Ni ku ncuro ya mbere umukuru w’igihugu azotorerwa rimwe n’abashingamateka. Muri Kongo, sentare yaciriye igihano co kwicwa abasirikare 22 bagirizwa gutoroka urugamba mu ntambara ya M23. Uburusiya bwarashe urufaya rwa misile muri Ukraine