Amakuru ku Mugoroba - Kamena 10, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Kamena 10, 2024

Jun 10, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Igitero abarwanyi ba ADF bagavye mu gisagara ca Beni kiri mu ntara ya Kivu ya Ruguru muri Kongo cahitanye abagera kuri 80. Ingwano hagati y’abadasangiye amoko muri Sudani yahitanye abagera ku 55. Inama nshingamateka ya Afrika y'epfo izokorana ku musi wa gatanu itore umukuru w'igihugu mushasha