Amakuru ku Mugoroba - Kamena 05, 2024
Jun 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Rwanda, umuryango w’umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana urarondeza aho uwabo aherereye. Abanyeshamakuru bahunze intambara muri Kongo bavuga ko bariko bahura n’ingorane zikomeye. Perezida Joe Biden, ari mu Bufaransa, aho yagiye kwifatanya n'abandi mw'isabukuru y'imyaka 80 y'iciswe D-Day.