Amakuru ku Mugoroba - Mata 30, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 30, 2024

Apr 30, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Umunyapolitiki Victoire Ingabire yitwariye leta y’u Rwanda muri sentare ya EAC.Ubwongereza butegekanya kurungika mu Rwanda abimukira 6,000 muri uno mwaka. Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, uno munsi bahimbaje umunsi wahariwe uburenganzira bwa mwarimu.