Amakuru ku Mugoroba - Mata 29, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 29, 2024

Apr 29, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Muri Kongo, imvura yahitanye abantu 9 muri segiteri ya Mutambala muri Teritware ya Fizi. Imyuzure kandi yibasiye Kenya, aho ku musi wa mungu yahitanye abantu bagera kuri 42 mu karere ka Mai Mahiu. ibitero vy'indege z'ingwano za Isirayeri vyahitanye abantu batari musi ya 22 mu gisagara ca Rafah.