Amakuru ku Mugoroba   - Mata 26, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 26, 2024

Apr 26, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, Parike nkuru ya Bujumbura yagirije icese umumenyeshamakuru Sandra Muhoza ivyaha vyo “guhungabanya umutekano w’igihugu no gukwirakwiza urwanko rufatiye ku bwoko". U Rwanda, rwatangaje ko ruzokwakira abimukira bose Ubwongereza buzorungika. Burkina Faso yahagaritse Ijwi ry'Amerika na BBC.