Amakuru ku Mugoroba - Mata 22, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mata 22, 2024

Apr 22, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Rwanda, hari bacunga gereza baba bafunzwe. Imiryango ya bamwe muri bo irabatabariza. Mu Burundi abarobyi baroba mu kiyaga cya Tanganyika bavuga ko umusaruro w'amafi wagabanutse. Urubanza rw’uwahoze ari perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump rwatangiye kuburanishwa mu mizi