Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 04, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Werurwe 04, 2024

Mar 04, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, abashinzwe umutekano kuri uyu wa mbere bakuye ibisasu bine bya gerenade mu cumba c'ibikoresho ca REGIDESO. Impunzi z’Abakongomani mu Rwanda zakoze imyigaragambyo. Urukiko rw’ikirenga rw'Amerika, rwanzuye ko Perezida Donald Trump azaguma ku rupapuro rw'itora muri Leta ya Colorado.