Amakuru ku Mugoroba - Gashyantare 26, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Gashyantare 26, 2024

Feb 26, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Umurwi Red Tabara urwanya ubutegetsi bwo mu Burundi, wigamvye igitero wagavye mu ntara ya Bubanza. Muri Gineya, ubuzima bwiriwe busa nk’ubwahagaze kubera imyiyerekano y’abanyagihugu. Umunyamakuru w’Umufaransa apfungiwe muri Etiyopiya azira kuvugisha umwe mu batavuga rumwe n’ico gihugu.