Amakuru ku Mugoroba   - Gashyantare 23, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Gashyantare 23, 2024

Feb 23, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, abanyagihugu b' i Gitega n'i Bujumbura bavuga ko bari mu bukene bw’amazi. Sosiyete sivile muri Senegal yanse ibiganiro vyo gushiraho itariki y’amatora y’umukuru w’igihugu. Amerika yafatiye Uburusiya ibindi bihano. Uburusiya bwoba bwipfuza gushingura Umunyepolitike Navalny mw'ibanga