Amakuru ku Mugoroba - Gashyantare 05, 2024
Feb 05, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Uburundi bwizihije imyaka 33 ishize hemejwe amasezerano y’ubumwe bw'Abarundi. Umuryango w'Ubumwe bw’Afurika uranenga icyemezo cya Senegal cyo gusubika amatora. Isirayeli yatangaje ko yishe abarwanyi ba Hamas benshi. Muri Nijeriya, abantu 35 bari mu bari bashimuswe bavuye mu bukwe ntibaraboneka.