Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 16, 2024
Jan 16, 2024•30 min•Transcript available on Metacast Episode description
Mu Burundi, indwara y’ibibembe yariyongereye mu ntara ya Makamba. Mu matora y’ibanze mw’ishyaka ry’Abarepubulikani muri leta ya Iowa, Donald Trump wahoze ari Perezida wa Amerika, ni we waje kw’isonga. Muri Somaliya, bombe y’umwiyahuzi yahitanye abantu batatu.