Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 15, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 15, 2024

Jan 15, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Gufunga imipaka y’Uburundi n'u Rwanda biratera igihombo abambukiranya Ruhwa bavuye Bukavu bajya i Bujumbura. Inama y’Umuryango w’ibihugu bitagira aho bibogamiye iteraniye i Kampala muri Uganda. Umutwe wa Hamas uvuga ko intambara yo muri Gaza imaze kwica abantu barenga 24.000