Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 11, 2024 - podcast episode cover

Amakuru ku Mugoroba - Mutarama 11, 2024

Jan 11, 202430 minTranscript available on Metacast
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Uburundi bwugaye imbibe zabwo n’igihugu c’u Rwanda guhera kuri uyu wa kane. Muri aya mezi atatu aheze, uruzi rwa Kongo rwaruzuye, rurarengerwa, ruhitana abantu barenga 300 muri Kongo zompi. Naho Irani iravuga ko yafatiye mu kigobe ca Omani ubwato bw’Amerika butwara ibitoro.