Amakuru mu Gitondo  - Voice of America - podcast cover

Amakuru mu Gitondo - Voice of America

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Episodes

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 11, 2024

Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Prezida wa Amerika Joe Biden azokwakira Donald Trump ku wa gatatu. ONU itangaza ko hafi 70 ku ijana vy’abamaze guhitanwa n’intambara yo muri Gaza ari abagore n’abana.

Nov 11, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 10, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Nov 10, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 09, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Nov 09, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 08, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Nov 08, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 07, 2024

Amakuru ya k'ino gitondo ashimikira ku matora ya Amerika: Donald Trump yiginye instinzi yiwe, Kamala Harris yemera ko yatsinzwe, agirako yizeza guhererekanya ubutegetsi biciye mu muco. Umugambwe w'abarepublikane watsindiye ubwiganze bwa Sena

Nov 07, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 06, 2024

Amajwi yavuye mu matora ya hano muri Amerika yatangiye kubarurwa muri leta zitandukanye. Muri aya matora yitabiriwe n'amamiliyoni y'abanyamerika hari umubare munini wabatoye ari ubwa mbere, harimo n'abimukira. Murumva kandi abanyamakuru bacu babiri twohereje muri leta y'Arizona na Maine.

Nov 06, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 05, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.

Nov 05, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 04, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Nov 04, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 03, 2024

Kamala Harris uhagarariye ishyaka ry’Abademocrate na Donald Trump, ejo kuwa gatandatu berekeje muri leta ya North Carolina mu gihe hasigaye iminsi ibiri gusa ngo umunsi nyirizina w’amatora ugere. Abaturage b’Uburundi barasaba iki perezida mushya uzarotwa?

Nov 03, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 02, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Nov 02, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ugushyingo 01, 2024

Perezida w’Uburundi atabariza Kongo, avuga ko imaze imyaka n’imyaka yugarijwe n’imitwe yitwaje intwaro.Mu Rwanda, abacungagereza barenga 110 bavuga ko urwego rw’amagereza rwabahagaritse mu kazi.Urukiko rukuru muri Kenya, rwakuyeho itegeko ryabuzaga visi perezida mushya, kurahira

Nov 01, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 31, 2024

Ku mupaka wa Gatumba, Uburundi na Kongo haraye hatangujwe umugambi wo korosha ubucuruzi njabukambibe. Akanama ka ONU kemeje umugambi wo kugara burundu ibiro vya ONU vyari bimaze imyaka irenga 10 bifasha Somaliya mu vya politike. Amatora ya prezida muri Amerika asigaje iminsi itandatu gusa.

Oct 31, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 30, 2024

Muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo, abaturage barasaba ko ingabo za Loni zitahuka. Burundi. Abimuriwe muri site ya Matyazo, bahungishwa ingaruka z’imihindagurikire y’ibihe barataka imibereho mibi. Amerika: Hasigaye iminsi itandatu ngo umunsi w’itora nyirizina ugere.

Oct 30, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 29, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Impunzi z’abarundi n’abanyarwanda zituye mu mugi wa Goma, mu karere ka Nyiragongo no hafi yaho zirasaba ko ibiro bya HCR bifunga. Irani Ivuga ko kwumvikana ku gusubira mu masezerano ya Nikereyeri yo mu 2015 n’ibihugu rutura bisa n’ivyarangiye.

Oct 29, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 28, 2024

Muri Kivu yepfo Inyeshyamba za RED Tabara zirarwana n’ingabo z’Uburundi. Mu Burundi uwari umutoza w’ikipe y’igihugu y’umupira w’amaguru yahagaritswe kuri iyo mirimo. Ibitero isirayeli yagabye kuri Irani byangije ahantu habiri Irani yacuriraga intwaro zikomeye, zirimo za misile.

Oct 28, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 27, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Oct 27, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 26, 2024

Muri Centre Christus y’i Remera ejo habeye misa yo gusabira umunyamakuru Martin Mateso witabye Imana ku cyumweru gishize.Abantu barenga 1,700,000 bamaze kwiyandikisha kugirango bazatore mu Burundi

Oct 26, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 25, 2024

Amazi y’ikiyaga cya Tanganyika n’uruzi rwa Rusizi yarenze inkombe yibasira ishyamba kimeza rya Rusizi. Perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, ntahakana ko Koreya ya Ruguru irimo imwoherereza abasirikare bayo.

Oct 25, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 24, 2024

RDC: Muri Kivu ya ruguru Hakomeje intambara ikomeye hagati y’ingabo za leta n’inyeshyamba za M23 ONU ishobora kurekura Umunyarwanda Kabuga Felisiyani ukurikiranyweho ibyaha bya jenoside USA: Abaturage benshi ntibarahitamo uwo bazatora mu gihe itora rya perezida ari mu byumweru bibiri

Oct 24, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 23, 2024

Mu Rwanda, umurwi ujejwe gusubiza mu buzima abahoze ku rugamba wasubije mu zabo 62 mu bahora barwanira muri Kongo. Mu Burundi Abanyagihugu bo mu ntara ya Cankuzo bagereye ishamba rya Ruvubu bagiriza Leta kudakingira ibidukikije no guhonyanga uburenganzira bwabo.

Oct 23, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 22, 2024

U Rwanda rugiye kugurura ambasade yayo ya mbere muri Luxembourg. Polisi muri Mozambike yaraye itanye mu mitwe n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bari mu myiyerekano yo kwiyamiriza ivyavuye mu matora.Intumwa ya Amerika ari i Beyiruti muri Libani mu biganiro vy'intambara ya Hamas na Hezbollah

Oct 22, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 21, 2024

Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Tanzaniya, ubutegetsi bwagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe.

Oct 21, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 20, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Oct 20, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 19, 2024

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

Oct 19, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 18, 2024

Ingabo za Isirayeli zavuze ko zishe umuyobozi mukuru wa Hezbollah Yahya Sinwar RDC: Goma abagizi ba nabi bamaze kwica abantu 12 mu cyumweru kimwe Ambasade y’Uburundi muri ONU iheruka gusaba ko ubwicanyi bwabaye mu Burundi mu 1972 bwemezwa nka “ Jenoside yakorewe abahutu.”

Oct 18, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 17, 2024

Sena y’Uburundi yasabye ministri w’abakozi n’umurimo gusobanura ibibazo bireba abakozi ba leta ONU ihangayikishijwe n’ishyirwa mu bikorwa ry’igihanho cy’urupfumuri Amerika Muri Nijeriya abantu 147 baguye mu mpanuka y’ikamyo yari itwaye peteroli

Oct 17, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 16, 2024

Uburundi bufise ikibazo c'abana baja gucuruzwa muri Tanzaniya. HRW yagiriza u Rwanda guhohotera abanyororo. Amerika yategetse Isirayeri gutanga agahengwe muri Gaza bitagenze uko, igabisha ko Isirayeri izotakaza imfashanyo zose za gisirikare iha ico gihugu kibandanya kurwana n’umurwi wa Hamas.

Oct 16, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 15, 2024

Mu Burundi bamwe mu bantu bacurujwe bafatiwe muri tanzaniya baracyurwa RDC: Urubyiruko ntirucyihutira kwinjira mu mitwe yitwaje intwaro kuko rwabonye akazi Urukiko mpuzamahanga mpanabyaha rugiye kongera gukora iperereza ku byaha byakorewe muri Kongo.

Oct 15, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 14, 2024

Perezida Joe Biden w’Amerika azasubukura urugendo yagombaga kugirira mu Budage. Inzego zishinzwe ubuzima mu Rwanda zitangaza ko imibare y’abandura virusi ya Marburg yagabanutse Kiliziya gatolika mu Burundi yatangaje ko izagira uruhare mu kwitegura amatora ateganijwe muri 2025 na 2027.

Oct 14, 202430 min

Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 13, 2024

Kiliziya gatulika mu Burundi iravuga ko igiye kugira uruhare mu gutegura amatora yo mu 2025 na 2027 Rwanda: kiliziya gatulika iratangaza ko hafi icya kabiri cya santarali za kiliziya zayo zafunzwe na leta Hezbollah yarashe urufaya rw’ibisasu ku nkambi y’ingabo za Isirayeli kuri uyu wa gatandatu

Oct 13, 202430 min
For the best experience, listen in Metacast app for iOS or Android
Open in Metacast