Amakuru mu Gitondo - Ukwakira 21, 2024
Oct 21, 2024•30 min
Episode description
Igisata ca ONU citaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, gisaba amakungu kureka gukumira u Rwanda kubera ikiza ca Marburg. Muri Tanzaniya, ubutegetsi bwagirizwa guhohotera abatavuga rumwe nabwo. Muri Kenya, Rigathi Gachagua aheruka gukomborwa mu mabanga ya visi prezida avuga ko umutekano wiwe ubangamiwe.
For the best experience, listen in Metacast app for iOS or Android
Open in Metacast