Amakuru mu Gitondo - Kanama 25, 2024
Aug 25, 2024•30 min
Episode description
HCR, AU n'u Rwanda vyongereje ikiringo c’amasezerano yo kuzana muri ico gihugu abimukira b’Abanyafurika bapfungiwe mu makambi atandukanye yo muri Libiya. Amnesty International yagiriza Reta y' Uburundi guhohotera abatavuga rumwe nayo. U Rwanda rwapfunze amasegero 40 " Atemeje ibisabwa n'amategeko"