Amakuru mu Gitondo - Kanama 23, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Kanama 23, 2024

Aug 23, 202430 min
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Inama rukokoma y’Abademokrate yari imaze iminsi ine ibera mu gisagara ca Chicago co muri Reta ya Illinois yaraye iheze. Visi prezida wa Amerika Kamala Harris yashikirije ijambo. Mu Burundi abanduye ibihara vy'ibkende barenze 170.
Amakuru mu Gitondo - Kanama 23, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast