Amakuru mu Gitondo - Kanama 15, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Kanama 15, 2024

Aug 15, 202430 min
--:--
--:--
Listen in podcast apps:

Episode description

Mu Burundi, imihanda ishaje ibangamiye iterambere ry'abaturage bo mu ntara ya Cankuzo. Perezida w’u Rwanda ejo yarahije ministri w’intebe n’abadepite baheruka gutorwa. Abahinzi b’umuceri bo mu karere ka Bugarama baravuga ko umusaruro w’umuceri bahinze urimo kubangirikana kubera kubura amasoko.
Amakuru mu Gitondo - Kanama 15, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast